20 Ambwira ati: «Iki ni co kibanza abaherezi bazotekeramwo ishikanwa ryo kwagirwa n’icaha be n’ishikanwa ry’igicumuro, kandi ni ho bazokarangira ishikanwa ry’intete+. Ni ukugira ngo ntihagire ikintu na kimwe batwara hanze mu kigo c’inyuma, bagatuma abantu baba beranda+.»