-
Ezekiyeli 47:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Aho apimiye izindi ntambwe 1.000, rwari rwabaye uruzi ntashobora kujabuka, kuko amazi yari yaduze cane, ku buryo vyasaba ko umuntu yoga mu kujabuka. Rwari uruzi umuntu adashobora kujabuka n’amaguru.
-