Ezekiyeli 47:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Hanyuma ambwira ati: «Ayo mazi, atemba aja mu karere ko mu buseruko, akamanuka aciye mu karere ka Araba*+, agashika mu kiyaga. Ayo mazi niyashika mu kiyaga+, amazi yaco azoca akira.
8 Hanyuma ambwira ati: «Ayo mazi, atemba aja mu karere ko mu buseruko, akamanuka aciye mu karere ka Araba*+, agashika mu kiyaga. Ayo mazi niyashika mu kiyaga+, amazi yaco azoca akira.