Ezekiyeli 48:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ikibanza gisigaye c’ubwaguke bw’intambwe 5.000 kibangabanganye n’urubibe rw’intambwe 25.000, kizoba ikibanza co gukoreramwo ibintu bisanzwe bigenewe igisagara+, ico kubamwo no kuragiramwo. Igisagara kizoba kiri hagati+. Ezekiyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 48:15 Umunara w’Inderetsi,1/8/2007, rup. 111/3/1999, rup. 27, 32
15 Ikibanza gisigaye c’ubwaguke bw’intambwe 5.000 kibangabanganye n’urubibe rw’intambwe 25.000, kizoba ikibanza co gukoreramwo ibintu bisanzwe bigenewe igisagara+, ico kubamwo no kuragiramwo. Igisagara kizoba kiri hagati+.