18 Uburebure bw’igice gisigaye buzoba bubangabanganye na ya ntererano nyeranda+. Kizoba gifise intambwe 10.000 mu buseruko, n’intambwe 10.000 mu burengero. Kizoba kibangabanganye na ya ntererano nyeranda, kandi umwimbu waco uzoba uwo kugaburira abakorera ico gisagara.