Daniyeli 2:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Uwo mwami yaciye atumako abaherezi bakora ivy’amageza, abapfumu*, abarozi n’Abakaludaya*, kugira bamubwire indoto yarose. Nuko baraza maze bahagarara imbere yiwe+.
2 Uwo mwami yaciye atumako abaherezi bakora ivy’amageza, abapfumu*, abarozi n’Abakaludaya*, kugira bamubwire indoto yarose. Nuko baraza maze bahagarara imbere yiwe+.