Daniyeli 2:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umwami aca yishura abo Bakaludaya ati: «Ng’iyi ingingo ntabanduka nafashe: nimutamenyesha iyo ndoto n’insobanuro yayo, bazobahimbagura, amazu yanyu na yo ahindurwe utuzu twa surwumwe* tw’abantu bose.
5 Umwami aca yishura abo Bakaludaya ati: «Ng’iyi ingingo ntabanduka nafashe: nimutamenyesha iyo ndoto n’insobanuro yayo, bazobahimbagura, amazu yanyu na yo ahindurwe utuzu twa surwumwe* tw’abantu bose.