-
Daniyeli 2:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Abakaludaya bishura umwami bati: «Nta muntu n’umwe kw’isi ashobora gukora ico kintu umwami asavye, kuko ata mwami ahambaye canke buramatari yigeze asaba ikintu nk’ico umuherezi akora ivy’amageza, canke umupfumu canke Umukaludaya.
-