Daniyeli 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Ikintu umwami ariko arasaba kiragoye, kandi nta muntu n’umwe yogishobora uretse za mana, na zo zikaba zitabana n’abantu*.»
11 Ikintu umwami ariko arasaba kiragoye, kandi nta muntu n’umwe yogishobora uretse za mana, na zo zikaba zitabana n’abantu*.»