Daniyeli 2:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Daniyeli amwishura ati: «Nta n’umwe mu ncabwenge, abapfumu, abaherezi bakora ivy’amageza canke abaragurisha inyenyeri, ashobora kubwira umwami iryo banga ashaka kumenya+.
27 Daniyeli amwishura ati: «Nta n’umwe mu ncabwenge, abapfumu, abaherezi bakora ivy’amageza canke abaragurisha inyenyeri, ashobora kubwira umwami iryo banga ashaka kumenya+.