Daniyeli 2:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ewe mwami, wewe umwami w’abami, uw’Imana yo mw’ijuru yahaye ubwami+, ububasha, inkomezi n’ubuninahazwa,
37 Ewe mwami, wewe umwami w’abami, uw’Imana yo mw’ijuru yahaye ubwami+, ububasha, inkomezi n’ubuninahazwa,