Daniyeli 2:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 ikaguha ububasha ku bantu aho baba hose, ku bikoko vyo mw’ishamba n’inyoni ziguruka mu kirere, kandi ikaguha kubiganza vyose+, ni wewe uri umutwe w’inzahabu+.
38 ikaguha ububasha ku bantu aho baba hose, ku bikoko vyo mw’ishamba n’inyoni ziguruka mu kirere, kandi ikaguha kubiganza vyose+, ni wewe uri umutwe w’inzahabu+.