ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 3:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Nuko ivyegera vy’umwami, ivyariho, ba buramatari, abajanama, abanyabigega, abacamanza, abashingantahe n’abatware bose bo mu ntara, baca bakoranira hamwe ku birori vyo gutangura kwunamira ico gishusho umwami Nebukadinezari yari yashinze. Baraheza bahagarara imbere y’ico gishusho yari yashinze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika