17 Iyo ngingo itangajwe n’inderetsi+, kandi iryo tegeko rimenyekanishijwe n’aberanda, kugira ngo abariho bamenye ko Musumbavyose ari we aganza ubwami bw’abantu+, be n’uko abuha uwo ashatse wese, mbere akabuha umuntu ari hanyuma y’abandi bose ngo abuganze.’