18 Ivyo ni vyo jewe umwami Nebukadinezari nabonye mu ndoto. Ubu rero ga Beluteshazari, numbwire insobanuro yavyo, kuko izindi ncabwenge zose zo mu bwami bwanje zananiwe kumbwira insobanuro yavyo+. Ariko wewe urabishoboye, kuko impwemu ya za mana nyeranda iri muri wewe.”