-
Daniyeli 4:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 Daniyeli, uwitwa kandi Beluteshazari+, aca amara akanya yumiwe, ivyiyumviro vyiwe bitangura kumutera ubwoba.
Maze umwami amubwira ati: “Ewe Beluteshazari, indoto zanje n’insobanuro yazo ntibigutere ubwoba.”
Beluteshazari amwishura ati: “Databuja, iyo ndoto irakaba ku bakwanka, n’insobanuro yayo ibe ku bansi bawe.
-