ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 4:23
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 23 Kandi umwami yabonye inderetsi nyeranda+, imanuka iva mw’ijuru, maze ivuga iti: ‘Nimwicire ico giti, mugitemagure, ariko igishitsi caco n’imizi yaco mubirekere mw’ivu, mu vyatsi vyo mw’ishamba, kiboheshejwe imigozi y’icuma n’umujumpu. Mukireke kijobekwe n’urume ruva mw’ijuru kandi gisangire n’ibikoko ivyatsi vyo mw’ishamba gushika ibihe indwi biheze+.’

  • Daniyeli
    Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019
    • 4:23

      Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32

      Ubumenyi, rup. 96-97

      Urashobora Kubaho, rup. 140-141

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika