Daniyeli 4:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Ariko kubera bavuze ko igishitsi c’ico giti n’imizi yaco biguma mw’ivu+, ubwami bwawe uzobusubizwa, umaze gutahura ko Imana yo mw’ijuru ari yo iganza. Daniyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:26 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32
26 Ariko kubera bavuze ko igishitsi c’ico giti n’imizi yaco biguma mw’ivu+, ubwami bwawe uzobusubizwa, umaze gutahura ko Imana yo mw’ijuru ari yo iganza.