Daniyeli 4:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 kandi urirukanywe mu bantu. Uzobana n’ibikoko vyo mw’ishamba, kandi uzorisha ivyatsi nk’impfizi z’inka. Uzomara ibihe indwi, gushika umenye ko Musumbavyose ari we aganza ubwami bw’abantu, be n’uko abuha uwo ashatse wese+.”» Daniyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 4:32 Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32
32 kandi urirukanywe mu bantu. Uzobana n’ibikoko vyo mw’ishamba, kandi uzorisha ivyatsi nk’impfizi z’inka. Uzomara ibihe indwi, gushika umenye ko Musumbavyose ari we aganza ubwami bw’abantu, be n’uko abuha uwo ashatse wese+.”»