Daniyeli 4:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Ababa kw’isi bose ni ubusa imbere yayo, kandi ikoresha ico ishatse cose ingabo zo mw’ijuru n’ababa kw’isi. Nta n’umwe ashobora kuyitangira*+ canke kuyibaza ngo: “Ivyo wakoze ni ibiki+?”
35 Ababa kw’isi bose ni ubusa imbere yayo, kandi ikoresha ico ishatse cose ingabo zo mw’ijuru n’ababa kw’isi. Nta n’umwe ashobora kuyitangira*+ canke kuyibaza ngo: “Ivyo wakoze ni ibiki+?”