-
Daniyeli 4:36Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
36 Uwo mwanya nyene, ubwenge bwanje buragaruka kandi ubuninahazwa bw’ubwami bwanje, icubahiro canje n’ubwiza bwanje bwakaka na vyo nyene biragaruka+. Abategetsi banje bakomakomeye n’abandi banyacubahiro barandondeye babishashaye, maze nsubizwa ku bwami, mbere mpabwa ubuninahazwa buruta ubwo nari mfise.
-