-
Daniyeli 5:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Mu bwami bwawe hariho umuntu* afise impwemu ya za mana nyeranda. Ku ngoma ya so wawe, vyaragaragaye ko abona kure be n’uko afise ugutahura* n’ubukerebutsi nk’ubwa za mana+. Umwami Nebukadinezari ari we so wawe, yaramugenye ngo abe umukuru w’abaherezi bakora ivy’amageza, abapfumu, Abakaludaya n’abaragurisha inyenyeri+. Emwe, so wawe yaramugenye mwami.
-