Daniyeli 5:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko igihe yishira hejuru, agakomantaza umutima wiwe kandi agatangura kugira ubwibone+, yarakuwe ku ngoma, yakwa n’iteka ryiwe.
20 Ariko igihe yishira hejuru, agakomantaza umutima wiwe kandi agatangura kugira ubwibone+, yarakuwe ku ngoma, yakwa n’iteka ryiwe.