Daniyeli 6:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Daniyeli acumva ko iryo tegeko ryateweko umukono, aca arataha, kandi icumba ciwe co hejuru cari gifise amadirisha araba i Yeruzalemu+. Gatatu ku musi yarapfukama agasenga, akongera agashemeza Imana yiwe nk’uko yari asanzwe abigira. Daniyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 6:10 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),2/2018, rup. 10-11 Umunara w’Inderetsi,1/9/2007, rup. 19
10 Daniyeli acumva ko iryo tegeko ryateweko umukono, aca arataha, kandi icumba ciwe co hejuru cari gifise amadirisha araba i Yeruzalemu+. Gatatu ku musi yarapfukama agasenga, akongera agashemeza Imana yiwe nk’uko yari asanzwe abigira.
6:10 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),2/2018, rup. 10-11 Umunara w’Inderetsi,1/9/2007, rup. 19