-
Daniyeli 6:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Umwami avyumvise biramubabaza cane, aca atangura kwiyumvira ingene yokiza Daniyeli. Aguma akora ibishoboka vyose kugira amukize, gushika izuba rirenze.
-