Daniyeli 6:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Vyakabaye kera, abo bagabo binjira ari umugwi aho umwami ari, maze bamubwira bati: «Ewe mwami, wibuke ko amategeko y’Abamedi n’Abaperesi avuga ko umuziro canke itegeko bishinzwe n’umwami bidashobora guhindurwa+.»
15 Vyakabaye kera, abo bagabo binjira ari umugwi aho umwami ari, maze bamubwira bati: «Ewe mwami, wibuke ko amategeko y’Abamedi n’Abaperesi avuga ko umuziro canke itegeko bishinzwe n’umwami bidashobora guhindurwa+.»