Daniyeli 6:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Imana yanje yarungitse umumarayika wayo, azibira akanwa k’izi ntambwe+. Nta na kimwe zangize+ kuko ndi intungane imbere yayo, kandi na wewe nta kibi nagukoreye mwami.»
22 Imana yanje yarungitse umumarayika wayo, azibira akanwa k’izi ntambwe+. Nta na kimwe zangize+ kuko ndi intungane imbere yayo, kandi na wewe nta kibi nagukoreye mwami.»