Daniyeli 6:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Umwami aca atanga itegeko, maze bazana ba bagabo bari bareze Daniyeli, baraheza babaterera muri ico kinogo c’intambwe, bari kumwe n’abana babo n’abagore babo. Bataranashika hasi, za ntambwe zibasamira mu kirere, zijanjagura amagufa yabo+.
24 Umwami aca atanga itegeko, maze bazana ba bagabo bari bareze Daniyeli, baraheza babaterera muri ico kinogo c’intambwe, bari kumwe n’abana babo n’abagore babo. Bataranashika hasi, za ntambwe zibasamira mu kirere, zijanjagura amagufa yabo+.