Daniyeli 6:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Umwami Dariyo aca yandikira abantu baba kw’isi yose bo mu moko yose, mu mahanga yose n’indimi zitandukanye+, ababwira ati: «Nimugire amahoro menshi!
25 Umwami Dariyo aca yandikira abantu baba kw’isi yose bo mu moko yose, mu mahanga yose n’indimi zitandukanye+, ababwira ati: «Nimugire amahoro menshi!