Daniyeli 9:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 twaracumuye, dukora ibitari vyo, dukora ivy’ububisha twongera turagarariza+. Twarahevye amabwirizwa yawe n’ingingo washinze.
5 twaracumuye, dukora ibitari vyo, dukora ivy’ububisha twongera turagarariza+. Twarahevye amabwirizwa yawe n’ingingo washinze.