Daniyeli 9:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ivyo vyago vyose vyaradushitseko+ nk’uko nyene vyanditswe mu mategeko ya Musa, ariko ntitwagutakambiye ngo utugirire ubuntu, ewe Yehova Mana yacu. Ntitwahevye amakosa yacu+ canke ngo turondere gutahura ukuri* kwawe.
13 Ivyo vyago vyose vyaradushitseko+ nk’uko nyene vyanditswe mu mategeko ya Musa, ariko ntitwagutakambiye ngo utugirire ubuntu, ewe Yehova Mana yacu. Ntitwahevye amakosa yacu+ canke ngo turondere gutahura ukuri* kwawe.