Daniyeli 9:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Nkiriko ndavuga, nsenga nongera natura igicumuro canje n’ic’ihanga ryanje rya Isirayeli, nkiriko ndasaba Yehova Imana yanje ngo agirire ubuntu umusozi mweranda w’Imana yanje+,
20 Nkiriko ndavuga, nsenga nongera natura igicumuro canje n’ic’ihanga ryanje rya Isirayeli, nkiriko ndasaba Yehova Imana yanje ngo agirire ubuntu umusozi mweranda w’Imana yanje+,