25 Ukwiye kumenya kandi ugatahura ko kuva hasohotse itegeko ryo kunagura no gusubira kwubaka Yeruzalemu+ gushika kuri Mesiya+ Indongozi+, hazoca amayinga 7 n’ayandi 62+. Hazonagurwa kandi hasubire kwubakwa, hashirweho ikibanza rusangi n’umuserege uhakikuje, mugabo hazoba ari mu bihe bitoroshe.