26 Inyuma y’ayo mayinga 62, Mesiya azokurwaho+ ata na kimwe asize+.
Kandi ingabo z’umutware ariko araza zizosambura ico gisagara n’ikibanza ceranda+. Iherezo ryaho rizozanwa n’isegenya, kandi hazoba intambara gushika kw’iherezo. Imana yashinze ko hazohinduka umusaka+.