Daniyeli 10:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ariko umuganwa+ w’ubwami bw’Ubuperesi yamaze imisi 21 andwanya. Mugabo Mikayeli*+, umwe mu baganwa bakurubakuru*, yaciye aza kuntabara. Ico gihe nari ng’aho iruhande y’abami b’Ubuperesi. Daniyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:13 Umunara w’Inderetsi,1/9/2011, rup. 8
13 Ariko umuganwa+ w’ubwami bw’Ubuperesi yamaze imisi 21 andwanya. Mugabo Mikayeli*+, umwe mu baganwa bakurubakuru*, yaciye aza kuntabara. Ico gihe nari ng’aho iruhande y’abami b’Ubuperesi.