Daniyeli 10:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Aca ambwira ati: «Urazi igituma naje kukuraba? Ubu ngira nsubire kurwana na wa muganwa w’Ubuperesi+. Ninamara kugenda, umuganwa w’Ubugiriki azoca aza.
20 Aca ambwira ati: «Urazi igituma naje kukuraba? Ubu ngira nsubire kurwana na wa muganwa w’Ubuperesi+. Ninamara kugenda, umuganwa w’Ubugiriki azoca aza.