Daniyeli 10:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ariko ngira mbanze ndakumenyeshe ivyanditswe mu gitabu c’ukuri. Nta n’umwe anshigikiye muri ivyo atari Mikayeli+, umuganwa wanyu+.
21 Ariko ngira mbanze ndakumenyeshe ivyanditswe mu gitabu c’ukuri. Nta n’umwe anshigikiye muri ivyo atari Mikayeli+, umuganwa wanyu+.