ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Haciye imyaka, abo bami bazokwunga urunani, kandi umukobwa w’umwami wo mu bumanuko azoza ku mwami wo mu buraruko kugira bagiranire amasezerano. Ariko uwo mukobwa ntazogumana ububasha bwiwe, kandi n’uwo mwami ntazohangama, eka mbere n’ububasha bwiwe ntibuzohangama. Uwo mukobwa bazomuhinduka, we hamwe n’abamuzanye, uwamuvyaye be n’uwatuma akomera muri ico gihe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika