Daniyeli 11:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Uwukomoka ku mizi y’uwo mukobwa azosubira mu kibanza c’uwo mwami*, kandi azoza gutera ingabo n’igisagara gikomeye* c’umwami wo mu buraruko. Azobirwanya kandi abitsinde.
7 Uwukomoka ku mizi y’uwo mukobwa azosubira mu kibanza c’uwo mwami*, kandi azoza gutera ingabo n’igisagara gikomeye* c’umwami wo mu buraruko. Azobirwanya kandi abitsinde.