Daniyeli 11:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Ico gihe benshi bazorwanya umwami wo mu bumanuko. Mbere n’abantu bakoresha igikenye* bo mw’ihanga ryawe bazokwoshwa ngo bagerageze gutuma iyerekwa riranguka, ariko bizobata ku w’amazi.
14 Ico gihe benshi bazorwanya umwami wo mu bumanuko. Mbere n’abantu bakoresha igikenye* bo mw’ihanga ryawe bazokwoshwa ngo bagerageze gutuma iyerekwa riranguka, ariko bizobata ku w’amazi.