Daniyeli 11:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Uwuje kurwanya umwami wo mu bumanuko azokora ivyo yishakiye, kandi nta wuzomuhagarara imbere. Azohagarara muri ca gihugu ciza cane*+, kandi azoba afise ububasha bwo gutikiza.
16 Uwuje kurwanya umwami wo mu bumanuko azokora ivyo yishakiye, kandi nta wuzomuhagarara imbere. Azohagarara muri ca gihugu ciza cane*+, kandi azoba afise ububasha bwo gutikiza.