-
Daniyeli 11:17Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 Azokwiyemeza kuzanana n’inguvu zose z’ubwami bwiwe, ariko azogirana amasezerano na we, kandi azororanirwa. Azohabwa uburenganzira bwo kugirira nabi umukobwa w’abagore. Uwo mukobwa ntazororanirwa, kandi ntazoguma ari uwiwe.
-