-
Daniyeli 11:24Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
24 Mu kiringo c’amahoro, azokwinjira mu turere dutunze cane tw’intara, kandi azokora ivyo ba se na ba sekuruza batigeze bakora. Azoha abantu ivyanyazwe, ivyasahuwe hamwe n’ibindi bintu. Azogira imigambi yo gutera ibibanza bikingijwe ibihome, ariko bizomara akanya gato.
-