Daniyeli 11:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Bamwe mu bafise ugutahura bazotsitazwa, kugira habe igikorwa c’ugutyororwa, uguhumanurwa n’ukwezwa+ kubera bo, gushika mu gihe c’iherezo, kuko igihe cavyo kitaragera.
35 Bamwe mu bafise ugutahura bazotsitazwa, kugira habe igikorwa c’ugutyororwa, uguhumanurwa n’ukwezwa+ kubera bo, gushika mu gihe c’iherezo, kuko igihe cavyo kitaragera.