Daniyeli 11:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Uwo mwami azokora ivyo ashatse vyose kandi azokwishima, yishire hejuru y’imana zose. Azovuga ibintu biteye ubwoba vyo gutyoza ya Mana iruta izindi mana+. Azororanirwa gushika ishavu ry’Imana rirangiye, kuko ivyapfunditswe bitegerezwa kuranguka.
36 Uwo mwami azokora ivyo ashatse vyose kandi azokwishima, yishire hejuru y’imana zose. Azovuga ibintu biteye ubwoba vyo gutyoza ya Mana iruta izindi mana+. Azororanirwa gushika ishavu ry’Imana rirangiye, kuko ivyapfunditswe bitegerezwa kuranguka.