Daniyeli 11:39 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 39 Azororanirwa mu kurwanya ibisagara* bikingiwe neza kuruta ibindi, afashijwe* n’imana y’inyamahanga. Abamwemera* bose azobaninahaza cane, kandi azobaha kuganza abantu benshi. Ubutaka azobugabura, abutange ku mahera.
39 Azororanirwa mu kurwanya ibisagara* bikingiwe neza kuruta ibindi, afashijwe* n’imana y’inyamahanga. Abamwemera* bose azobaninahaza cane, kandi azobaha kuganza abantu benshi. Ubutaka azobugabura, abutange ku mahera.