Daniyeli 12:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Hanyuma jewe Daniyeli nditegereza, maze mbona abandi babiri bari bahagaze hafi y’uruzi, umwe ku nkengera yo hakuno, uwundi ku nkengera yo hakurya+.
5 Hanyuma jewe Daniyeli nditegereza, maze mbona abandi babiri bari bahagaze hafi y’uruzi, umwe ku nkengera yo hakuno, uwundi ku nkengera yo hakurya+.