Daniyeli 12:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Umwe muri bo aca abaza wa muntu yari yambaye impuzu z’ilino*+, umwe yari ahagaze hejuru y’amazi y’urwo ruzi ati: «Hazoca igihe kingana iki kugira ivyo bintu bitangaje birangire?»
6 Umwe muri bo aca abaza wa muntu yari yambaye impuzu z’ilino*+, umwe yari ahagaze hejuru y’amazi y’urwo ruzi ati: «Hazoca igihe kingana iki kugira ivyo bintu bitangaje birangire?»