-
Daniyeli 12:7Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
7 Nca numva wa muntu yambaye impuzu z’ilino ariko aravuga, umwe yari ahagaze hejuru y’amazi. Aca aduza ukuboko kwiwe kw’ukuryo n’ukw’ukubamfu, maze arahira Umwe yamaho ibihe vyose+ ati: «Hazoca igihe, ibihe n’igice c’igihe*, kandi vyaramaze gushingwa. Nibaheza kujanjagura inkomezi z’ihanga ryeranda+, ivyo vyose bizoca birangira.»
-