Hoseya 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Azokwiruka inyuma y’abahabara biwe, ariko ntazobahamvya+.Azobarondera, ariko ntazobatora. Azoheza avuge ati: “Reka nsubire ku mugabo wanje wa mbere+,kuko igihe nari kumwe na we ari ho nari merewe neza kuruta ubu+.” Hoseya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:7 Umunara w’Inderetsi,15/11/2005, rup. 19
7 Azokwiruka inyuma y’abahabara biwe, ariko ntazobahamvya+.Azobarondera, ariko ntazobatora. Azoheza avuge ati: “Reka nsubire ku mugabo wanje wa mbere+,kuko igihe nari kumwe na we ari ho nari merewe neza kuruta ubu+.”